Home Uncategorized BURUNDI ENTERTAINMENT | Femi one agiye kugera mu kirenge ca Fally Ipupa

BURUNDI ENTERTAINMENT | Femi one agiye kugera mu kirenge ca Fally Ipupa

225
0
SHARE

Ivyo tukaba twabiheruka kuri Collabo yakoranye n’umuririmvyi w’umunye Congo, Fally Ipupa. Ico gihe akaba yakoranye nawe imisi mikeya gusa noneho aca aza gukorera igiteramo muri Club du Lac nyene. Iyo ndirimbo yiswe Duga ikaba imaze kurabwa n’abarenga 228,000 kuri Youtube, ikaba yasohotse mu kwezi kwa 6 mu mwaka wa 2018.

Iyi ndirimbo yakoranye na Femi One ikaba itarashirwa ahabona, ariko ikinuganugwa co nuko yoba yaramaze kurangira, ahubwo isigaje kuja ahabona gusa. Ubwo izoba ajahoba ico gihe? Canke izoshirwa ahabona imbere gatoya? Nta na kimwe kiramenyekana.

Aha mwomenya ko uwo muririmvyikazi azoshika mu gihe Alikiba nawe azoba yakoze igiteramo kuri Noel, aho we afise ibiteramo 2.

Website | + posts

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here